BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
Inkuru iri kw'isonga (top story)
Tanzania: Samia Hassan Suluhu ni nde?
Ubu ni bwo bwa mbere Tanzania ipfushije Perezida akiri ku butegetsi, uwari umwungirije akamusimbura.
Ibyaranze ubuzima bwa Perezida Magufuli bahimbaga 'Tingatinga'
Uyu wigeze gushimagizwa kubera uburyo bw'imikorere burimo no kuvuga atarya indimi, mu igenzura ry'ibyaranze ubutegetsi bwe hazajya hagarukamo gahunda zihariye kuri we wenyine zo kurwanya Covid-19.
Magufuli 'yatwaye igihugu mu kaga – Tundu Lissu
Uwutavuga rumwe n'ubutegetsi bwa Tanzania, Tundu Lissu, avuga ko urupfu rwa Prezida John Magufuli rutamutangaje ahubwo atangazwa n'uko reta yiwe n'ubu ibandanya kubesha.
Magufuli: Kagame ababajwe no kubura 'inshuti yanjye'
Ubutegetsi bwa Magufuli wagiyeho mu 2015, bwabaye ibihe bishya hagati y'umubano w'ibihugu byombi wari umaze imyaka urangwamo umwuka mubi.
Magufuli: Abatanzania n'amahanga bari kuvuga iki?
Nyuma y'igihe kirenga ibyumweru bibiri ataboneka, kandi nta makuru atangazwa na leta ku buzima bwe, ibihuha byabaye byinshi, kugeza no kwemeza ko yaba yarapfuye.
John Magufuli yaryamiye ukuboko kw'abagabo
Icegera c'umukuru w'igihugu Samia Suluhu Hassan, ni we yatangaje urupfu rwa Bwana Magufuli, mu butumwa yacishije kuri television y'igihugu (TBC) ikibiriraho.
Rwanda: Kuki umwalimu wa kaminuza yashinze ishyaka rya politiki?
Kayumba yavuze ko ishyaka RPD - yitaga kenshi umuryango - rishingiye ku bitekerezo by'uko u Rwanda "rwava mu bukene bwabaye karande, rwagira demokarasi n'iterambere birambye...".
Covid-19: Prezida wa Uganda yitwariye ikinyamakuru Daily Monitor
Prezida Yoweri Museveni wa Uganda yashengeje mu butungane ikinyamakuru cigenga Daily Monitor, akiziza kwandika inkuru ko we n'abamwegereye bahawe urucanco rwa Covid-19 mu mpisho.
Uwujejwe gutegura ibirori vya Olympike i Tokyo yatanze imihoho azize gutukana
Hiroshi Sasaki yatanze icipfuzo ko Naomi Watanabe avyibushe cane afise impano zo gutwenza yoza mu birori vyo kwugurura inkino za olympike nk'ingurube.
Ibiganiro bya radiyo
Umviriza, Rwanda: Imvo n'Imvano ku bikorwa bya bamwe mu bagore mu guhangana na Covid-19, Umwanya bimara 59,00
Iki kiganiro kiribanda ku bikorwa bya bamwe mu bagore bo mu Rwanda bigaragazwa nk'iby'indashyikirwa mu guhangana n'icyorezo cya Covid-19, muri iki cyumweru hizihizwaga umunsi mpuzamahanga w'abagore.
Umviriza Live, Amakuru ya Gahuzamiryango
Amakuru yo hirya no hino yibanda cyane cyane ku karere k'ibiyaga bigari muri Afrika, n'amakuru mpuzamakungu.
Umviriza, Imvo n'Imvano
Ikiganiro gicukumbuye ku bibazo bitandukanye.
Umviriza, Urunana
Ikinamico Urunana ku wakabiri no ku wakane. Ibiganiro byombi (omnibus) ku cyumweru.
Umviriza, Ibibazo vyanyu kuri coronavirus: Urukingo pfizer rukingira n'ubundi bwoko, Umwanya bimara 3,31
Tubandanya kubashikiriza inyishu ku bibazo vyanyu ku kiza ca coronavirus, uno munsi muganga akaba asubiza bibazo ku rukingo rwa pfizer hamwe n'ukwanduzanya hagati y'umugore yibungenze n'umwana wiwe
Umviriza, Ibibazo vyanyu kuri Covid-19: Kuki bakoze urucanco aho gukora umuti?, Umwanya bimara 3,22
Jean Yves Habimana arabaza ati: Kubera iki abahinga mu bushakashatsi bahereye ku kurondera urucanco aho guhera ku kurondera umuti wa corona?
Ubwo abagore bibungenze barashobora guhabwa urucanco rwa Covid? Biravana
Mu gihe ata gerageza ryakorewe ku bagore bibungenze, ibihugu bitandukanye biriko bifata inzira zitandukanye
Ikarata y'ikibiriraho y'ukuntu coronavirus imeze muri Afrika
Raba kuri iyi karata y'ikibiriraho uko coronavirus imeze muri Afrika
Video, Ibikuru mu vyaranze ubuzima bwa politike bwa Prezida Magufuli, Umwanya bimara 2,10
Uwahoze atwara Tanzania Prezida Jonh Pombe Magufuli yaryamiye ukuboko kw'abagabo ku myaka 61. Ibi ni bimwe mu vyaranze politike yiwe...
Video, Beijing ubu isa n'umunsi "w'imperuka" kubera inkungugu, Umwanya bimara 1,21
Imiyaga ikomeye irimo inkungugu yavuye mu butayu bwa Gobi niyo yahindanije umugyi wa Beijing mu Bushinwa
Video, Loise arasama, ariko inda ntikura, Umwanya bimara 4,34
Ubumuga bw’irondoka nk’ubwa Loise, burapfupfahazwa, iyo uwubugaragaza yiyugururiye abaganga. Iyi ni intahe yiwe.
Video, Yatanguye akora isuku mw'ihoteri, ashika aho kuba nyene ihoteri, Umwanya bimara 3,24
Souadou Niang, umugwizatunga wo muri Senegal, yatanguye akora isuku mw'ihoteri arakora gushika aho agira ihoteri yiwe bwite. Iyi ni i nkuru yiwe.
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Uburusiya bwahamagaje ubuhagarariye muri US kubera ibyavuzwe na Biden
Perezida Joe Biden yavuze ko Perezida Vladimir Putin "azishyura" ku bivugwa ko yivanze mu matora.
Ibitoro bishya by'indege 'bigabanya bidasanzwe' imyuka ihumanya
Abashakashatsi muri Amerika babonye uburyo imyanda itandukanye yahindurwamo ibitoro bikoresha moteri z'indege bitangiza ikirere.
Africa irasabwa kudata icyizere kuri AstraZeneca
Ibihugu bigera kuri 24 bya Africa byatangiye gukingira bikoresheje izi nkingo byahawe muri gahunda ya Covax.
Kigali: Abari bakuriye gereza bararegwa kwiba Umwongereza uhafungiye
Abaregwa bahakana ibyaha baregwa, bavuga ko batazobereye mu ikonabuhanga, basaba gufungurwa bagakurikiranwa badafunze.
Ongera wumve ibiganiro by'abagore na Bazamuganga
Umviriza, Kerry Gladys Ntirampeba, uwuzoserukira u Burundi mw'ihiganwa rya slam, Umwanya bimara 4,34
Uyu munyatugenegene w'Umurundikazi, azoserukira u Burundi mw'ihiganywa nyafrica ry'amazina avugwa mu ndirimbo canke slam
Umviriza, Bazamuganga: Uburwayi bwa Fibromes Uterins bumeze gute?, Umwanya bimara 4,55
Abagore n'abigeme bageze mu myaka yo kwibaruka barashobora kugira ikibazo c'ibivyimba mu bice vy'igitereko/ Fibromes Uterins
Umviriza, Umunsi mpuzamakungu wahariwe abagore: Ni gute mu bushingwamanza mu Burundi?, Umwanya bimara 4,30
Umushingwamanza Diane Kagwiza yiganiye BBC Gahuzamiryango ingorane abakenyezi bahura nazo kugira binjire mu mwuga w'ubushingwamanza mu Burundi
Umviriza, Jeannine Nyirampakanine akora imyenda ibereye ijisho mu budodo, Umwanya bimara 5,55
Uyu mudamu w'imyaka 57 afite uruganda mu Rwanda rukora imyambaro n'ibindi bikoresho bisanzwe ariko akibanda ku budodo
Podcast
Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango
Kujya muri CAN ku Burundi 'ntibyari amahirwe' – Berahino
Saido Berahino, kapiteni w'ikipe y'igihugu y'u Burundi, avuga ko iyi kipe yiteguye cyane kujya muri CAN 2022 kuko "bumvise icyanga cy'iri rushanwa" mu 2019.
Tuyisenge: kubona tike ya CAN 'ni akazi gakomeye' ku Rwanda
Rutahizamu w'u Rwanda Jacques Tuyisenge avuga ko ibintu byose bizashingira ku mukino bazakiramo Mozambique.
Zidane ntazi neza niba Ramos azaguma muri Real
Umutoza Zinedine Zidane wa Real Madrid avuga ko atazi neza niba kapiteni Sergio Ramos azaguma muri iyi kipe.
Caf iramutswa Motsepe kuva kuri uyu wa gatanu
UmunyaAfrika y'Epfo Patrice Motsepe kuva kuri uyu wa gatanu niwe arongoye urwego rwa Afrika rw'umupira w'amaguru Caf.
Radiyo, igitangaza makuru kigikunzwe cyane
Radiyo, igitangaza makuru kigikunzwe cyane